23-29 Gitugutu
YOBU 8-10
Ururirimbo rwa 107 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Urukundo rudahemuka rw’Imana ruradukingira ibinyoma vya Shetani”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yb 9:32—Dukwiye gukora iki igihe dushitse ku murongo wo muri Bibiliya ugoye gutahura? (w10 15/10 6-7 ing.19-20)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 9:20-35 (th icigwa ca 11)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Nuce umuha kimwe mu Bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 17)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Kwiberaho ibihe bidahera, muce muganira muri make ibiri ahavuga ngo “Ingene wokwungukira cane kuri ibi vyigwa vya Bibiliya.” (th icigwa ca 3)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 16, iciyumviro ca 6 n’agace kavuga ngo Hari abavuga bati (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nufashe abatagira idini kumenya Umuremyi wabo”: (Imin. 10) Guhana ijambo be n’ividewo.
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) bt “Ikete rivuye ku Nama Nyobozi” n’ikig. 1 ing. 1-7
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 64 n’isengesho