30 Gitugutu–5 Munyonyo
YOBU 11-12
Ururirimbo rwa 87 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Uburyo butatu bwo kuronka ubukerebutsi no kubwungukirako”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Yb 12:11—Ingingo ngenderwako dusanga muri uwo murongo idufasha gute kuryohora ubuhanga bwacu bwo kwumviriza? (w08 1/8 11 ing. 5)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Yb 12:1-25 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Numusigurire ko twigisha abantu Bibiliya, uce umuha agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Mutumire kw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 13)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 12: Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira (th icigwa ca 19)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Bavyeyi, nimufashe abana banyu kuronka ubukerebutsi buva ku Mana”: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) bt ikig. 1 ing. 8-15, n’uruzitiro ku rup. 13
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 3 n’isengesho