Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Uburyo butatu bwo kuronka ubukerebutsi no kubwungukirako

Uburyo butatu bwo kuronka ubukerebutsi no kubwungukirako

Niwihweze ivyaremwe (Yb 12:​7-9; w09 15/4 6 ing. 17)

Nugiranire ubugenzi n’abakirisu b’abizigirwa (Yb 12:12; w21.06 10 ing. 10-12)

Niwige ingingo ngenderwako z’Imana, wongere uzishire mu ngiro mu buzima bwawe (Yb 12:16; it-2 851 ing. 7)

NIWIBAZE UTI: “Ni ibiki nigira ku kumarana umwanya n’abakirisu b’abizigirwa?”