4-10 Nyakanga
ESITERI 1-2
Ururirimbo rwa 137 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Niwihatire kwifata ruto nka Esiteri”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Est 2:5—Ni ikimenyamenya ikihe gisa n’igishigikira inkuru yo muri Bibiliya ivuga ivya Morudekayi? (w22.11 31 ing. 3-6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Est 1:13-22 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Ubwami—Mt 6:9, 10. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Numuhe agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 1)
Insiguro: (Imin. 5) w20.11 12-14 ing. 3-7—Umutwe: Gufashwa na Yezu be n’abamarayika. (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ivyo urunganwe rwawe ruvuga—Ukuntu umuntu angana ku mubiri: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Kubera iki bigoye kugira uburimbane mu kuntu tubona uko dusa?
Ingingo ngenderwako dusanga muri 1 Petero 3:3, 4 idufasha gute kugira uburimbane mu kuntu tubona ibitwerekeye?
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 10) Nimurabe ividewo yo muri Nyakanga ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 56 n’akajambo ko ku mpera ka 6 na 7
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 101 n’isengesho