14-20 Gitugutu
ZABURI 96-99
Ururirimbo rwa 66 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)
1. «Nimutangaze inkuru nziza»
(Imin. 10)
Nubwire abandi inkuru nziza (Zb 96:2; w11 1/3 6 ing. 1-2)
Nubigishe inkuru nziza yerekeye umusi w’urubanza (Zb 96:12, 13; w12 1/9 16 ing. 1)
Nubabwire umugambi Yehova afise wo gutuma isi yuzura abantu baninahaza izina ryiwe (Zb 99:1-3; w12 15/9 12 ing. 18-19)
2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya
(Imin. 10)
Zb 96:1—Ahantu henshi imvugo «indirimbo nshasha» iboneka haba hashaka kwerekeza kuki? (it-1 425)
Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
3. Igisomwa ca Bibiliya
(Imin. 4) Zb 98:1–99:9 (th icigwa ca 11)
4. Kwumira kw’ibanga—Ivyo Yezu yakoze
(Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO, muce muganira kuri lmd icigwa ca 10 iciyumviro ca 1-2.
5. Kwumira kw’ibanga—Niwigane Yezu
(Imin. 8) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye kuri lmd icigwa ca 10 iciyumviro ca 3-5 na «Nurabe kandi.»
Ururirimbo rwa 9
6. Ibikenewe iwanyu
(Imin. 15)
7. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero
(Imin. 30) bt ikig. 16 ing. 10-18