Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

21-27 Gitugutu

ZABURI 100-102

21-27 Gitugutu

Ururirimbo rwa 37 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. Niwerekane ko ukenguruka urukundo rudahemuka rwa Yehova

(Imin. 10)

Nukomeze urukundo ukunda Yehova (Zb 100:5; w23.03 12 ing. 18-19)

Niwirinde ibintu vyobangamira ubucuti ufitaniye na Yehova (Zb 101:​2, 3; w23.02 17 ing. 10)

Niwamirire kure abantu bavuga nabi Yehova n’ishirahamwe ryiwe (Zb 101:5; w11 15/7 16 ing. 7-8)

NIWIBAZE UTI: «Ukuntu nkoresha imbuga hwaniro vyoba vyokwonona ubucuti mfitaniye na Yehova?»

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 102:6—Kubera iki umwanditsi wa Zaburi yigereranije n’inyanana? (it-2 522)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Gutanguza ikiyago

(Imin. 3) INZU KU NZU. (lmd icigwa ca 2 iciyumviro ca 3)

5. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 5) INZU KU NZU. Numusabe mwige Bibiliya. (lmd icigwa ca 9 iciyumviro ca 4)

6. Gusigura ivyo wemera

(Imin. 4) Umwerekano. ijwbq 129—Umutwe: Bibiliya yoba yaragoretswe? (th icigwa ca 8)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 137

7. ‘Sindakuvirira; warangumije’

(Imin. 15)

Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO. Nuce ubaza uti:

  • Ana yagaragaje gute urukundo rudahemuka?

  • Twomwigana gute?

8. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 96 n’isengesho