Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

9-15 Nyakanga

ZABURI 82-84

9-15 Nyakanga

Ururirimbo rwa 80 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Umwe mu bahungu ba Kora ariko yihweza intamba ziri mu cari mu kigo c’urusengero, akipfuza kumera nka zo

1. Nukenguruke uduteka ufise

(Imin. 10)

Turaha agaciro agateka dufise (Zb 84:​1-3; wp16.6 8 ing. 2-3)

Nuhimbarirwe ibikorwa urangura, ntushire umutima ku vyo wari wipfuza kurangura (Zb 84:10; w08 15/7 30 ing. 3-4)

Yehova aragirira neza abo bose bamukorera badahemuka (Zb 84:11; w20.01 17 ing. 12)

Igikorwa cose usanga kirimwo ivyiza n’ingorane cisangije. Ushize umutima ku vyiza, uraronka umunezero mu gikorwa ico ari co cose.

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 82:3—Kwitwararika «impfuvyi» mw’ishengero bihambaye ku rugero rungana iki? (it-2 459)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Impuhwe—Ivyo Yezu yakoze

(Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO, muce muganira kuri lmd icigwa ca 9 iciyumviro ca 1-2.

5. Impuhwe—Niwigane Yezu

(Imin. 8) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye kuri lmd icigwa ca 9 iciyumviro ca 3-5 na «Nurabe kandi.»

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 57

6. Ibikenewe iwanyu

(Imin. 15)

7. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 130 n’isengesho