AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Nzero 2016
Ingene twotanguza ibiyago
Ivyiyumviro vy’ingene twoshikiriza Umunara w’Inderetsi n’agatabu Inkuru nziza iva ku Mana. Ufatiye kuri ubwo burorero niwitegurire uburyo bwawe.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ugusenga kw’ukuri gusaba akigoro
Niwihe ishusho Umwami Hezekiya ariko arasubizaho ugusenga kw’ukuri abigiranye umwete. Kugira bikworohere nukoreshe ibicapo, ikarata be n’umurongo werekana ingene ibivugwa mu 2 Ngoma 29-30 vyagiye birakurikirana.
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ingene twoyobora inyigisho dukoresheje agatabu Inkuru nziza
Intambwe zitanu zoroshe zotuma uroranirwa mu kuyobora inyigisho za Bibiliya mu gatabu Inkuru nziza iva ku Mana.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Agateka twatewe ko kwubaka no kubungabunga ibibanza dusengeramwo
Dushobora gute kwerekana ko dufitiye umwete igikorwa ceranda kirangurirwa mu bibanza dusengeramwo be n’uko tugikunda?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova araha agaciro ukwigaya nyakuri
Kuba Umwami Manase yarigaye bimwe bivuye ku mutima vyaravuyemwo ivyiza. Gereranya ingoma yiwe imbere y’uko afatwa n’inyuma y’aho arekuriwe akava i Babiloni. (2 Ngoma 33-
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova arashitsa ivyo asezerana
Umurongo werekana ingene ibivugwa muri Ezira 1-5 vyagiye birakurikirana. Naho intambamyi zari nyinshi, Abayuda baravuye i Babiloni, barasubizaho ugusenga kw’ukuri bongera barasubira kwubaka urusengero.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova yipfuza abamukorera babikunze
Ezira be n’abajanye na we i Yeruzalemu bari bakeneye kugira ukwizera gukomeye, kugirira umwete ugusenga kw’ukuri no kugira umutima rugabo. Koresha amashusho be n’ikarata kugira urabe urugendo bagize.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro —Gucira inzira isubirayo
Uburyo butatu bwodufasha kuroranirwa igihe dusubiye kugendera abashimishijwe n’ukuri.