18-24 Nzero
EZIRA 1-5
Ururirimbo rwa 85 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova arashitsa ivyo asezerana”: (Imin. 10) [Nimwerekane ividewo ivuga ngo Incamake y’igitabu ca Ezira.]
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Ezr 1:3-6
—Kubera iki Abisirayeli batitanze ngo basubire i Yeruzalemu atari ngombwa ngo babe baragoyagoya mu kwizera? (w06 15/1 17 ing. 5; 19 ing. 1) Ezr 4:1-3
—Kubera iki Abisirayeli banse gufashwa? (w06 15/1 19 ing. 3) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: Ezr 3:10–4:7 (Imin. 4 canke idashika)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Umwamamaji nashikirize Umunara uriko uratangwa akoresheje ikiganiro ca nyuma. Nacire inzira isubirayo.
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji asubira kugendera uwashimishijwe n’ikiganiro ca nyuma co mu Munara uriko uratangwa. Nacire inzira ikiyago kizokurikira.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji ayobora inyigisho. (bh 20 ing. 6-8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa”: (Imin. 5) Insiguro ishingiye kuri Matayo 6:33 na Luka 12:22-24. Nusabe abamamaji bavuge ivyo biboneye vyaberetse ko Yehova yashikije umuhango wiwe wo kubaronsa ivyo bakeneye mu vy’umubiri igihe bashira imbere ivy’Ubwami.
Ijambo ryawe ryoba ari “Ego yamara ari Oya”?: (Imin. 10) Guhanahana ijambo. (w14 15/3 30-32)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 7 ing. 1-14 (Imin. 30)
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 41 n’isengesho