Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

25-31 Nzero

EZIRA 6-10

25-31 Nzero

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova yipfuza abamukorera babikunze”: (Imin. 10)

    • Ezr 7:10—Ezira yarateguye umutima wiwe

    • Ezr 7:12-28—Ezira yariteguriye gusubira i Yeruzalemu

    • Ezr 8:21-23—Ezira yarizigiye ko Yehova yokingiye abasavyi biwe

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezr 9:1, 2—Kwabirana n’“abantu bo muri ivyo bihugu,” vyarimwo akaga gakomeye akahe? (w06 15/1 20 ing. 1)

    • Ezr 10:3—Ni kubera iki abagore birukananywe n’abana? (w06 15/1 20 ing. 2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Ezr 7:18-28 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU