Ugusenga kw’ukuri gusaba akigoro
Hezekiya arasubizaho ugusenga kw’ukuri abigiranye umwete
-
746-716 M.K.
Ingoma ya Hezekiya
-
NISANI
-
Umusi wa 1-8: Bahumanura urusengero
-
Umusi wa 9-16: Barangiza kweza urusengero
-
Abisirayeli bose batangirwa impongano, ugusenga kw’ukuri na kwo kugasubizwaho
-
-
740 M.K.
Samariya itemba