Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

23-29 Nzero

YESAYA 38-42

23-29 Nzero

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova araha ububasha uwurushe”: (Imin. 10)

    • Yes 40:25, 26—Yehova ni isôko ry’inkomezi zose (ip-1 409-410 ing. 23-25)

    • Yes 40:27, 28—Yehova arabona amakuba n’akarenganyo bidushikira (ip-1 413 ing. 27)

    • Yes 40:29-31—Yehova araha ububasha abamwizigira (ip-1 413-415 ing. 29-31)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yes 38:17—Ni mu buryo ki Yehova aterera ibicumuro vyacu inyuma y’umugongo wiwe? (w03 1/7 17 ing. 17)

    • Yes 42:3—Yezu yashikije gute ubwo buhanuzi? (w15 15/2 8 ing. 13)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yes 40:6-17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) lc—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) lc—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 38 ing. 6-7—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU