Bariko baravuga inkuru nziza hafi y’i Monrovia muri Liberiya

AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Nzero 2018

Ingene twotanguza ibiyago

Ibiyago bitandukanye bijanye no kumenya nimba Bibiliya igihuje n’igihe tugezemwo.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

‘Ubwami bwo mw’ijuru buregereje’

Yohani yari umuntu aciye bugufi, yihebeye igikorwa c’Imana gusa. No muri kino gihe, kworosha ubuzima bituma dukora vyinshi mu murimo w’Imana.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ivyigwa dukura muri ya Nsiguro ya Yezu yo ku Musozi

Kumenya ko dukeneye ivy’impwemu bisobanura iki? Tworyohora gute ingene twigaburira mu vy’impwemu?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ingene wobanza kwikiranura na mugenzawe

Ni ibiki Yezu yigishije ku bijanye n’isano riri hagati y’ugusubiza hamwe n’abavukanyi bacu be n’ugusenga Imana mu buryo yemera?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nugume ubanza kurondera Ubwami

Mu vyo dusaba vyose, ni ibiki bikwiye kuja imbere y’ibindi?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Mureke kwiganyira

Muri ya Nsiguro yo ku Musozi Yezu yatanga, yashaka kuvuga iki igihe yabwira abigishwa biwe ngo bareke kwiganyira?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yezu yarakunda abantu

Naho ibitangaro Yezu yakoze vyo gukiza abantu vyerekanye ko afise ububasha, ahanini vyaragaragaza ko abakunda cane kandi ko abafitiye impuhwe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yezu yararuhurira abandi

Iyo tubatijwe, tuba twemeye kwishirako ingǒgo ya Yezu yo kuba abigishwa biwe. Naho iryo banga ritoroshe, kuryemera biraturuhurira kandi biravamwo imihezagiro myinshi.