Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

15-​21 Nzero

MATAYO 6-7

15-​21 Nzero

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nugume ubanza kurondera Ubwami(Imin. 10)

    • Mt 6:10​—Ubwami buri mu vyo Yezu yahereyeko muri rya sengesho ry’akarorero, bikaba vyerekana ko buhambaye (bhs 178 ing. 12)

    • Mt 6:24​—Ntidushobora gushumbira Imana “n’Ubutunzi” ( “gushumbira” amakuru adufasha kwiga Mt 6:24, nwtsty)

    • Mt 6:33​—Abasavyi ba Yehova bashira imbere ivyungura Ubwami, Yehova arabaronsa ivyo bakeneye (“Gume [mubanza] kurondera,” “Ubwami,” “ubugororotsi” amakuru adufasha kwiga Mt 6:33, nwtsty; w16.07 12 ing. 18)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 7:12​—Ibivugwa muri iki canditswe twobikoresha gute igihe twitegurira indimiro? (w14 15/5 14-15 ing. 14-16)

    • Mt 7:28, 29​—Amasinzi yakiriye gute inyigisho za Yezu, kandi kubera iki? (“ajorezwa,” “uburyo yigisha,” “atari nka ba banditsi babo” amakuru adufasha kwiga Mt 7:28, 29, nwtsty)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 6:1-18

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Hera kuri bwa buryo bw’Ingene twotanguza ibiyago. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Hera kuri bwa buryo bw’Ingene twotanguza ibiyago Uwo mwari mwayaze si ho ari, ariko uhasanze incuti yiwe.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 118

  • Mureke kwiganyira”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Banza murabe akavidewo kavuga ngo Ivyigwa dukura ku bigereranyo Yezu yatanze: Ihweze neza inyoni n’amashurwe y’amalisi.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 4

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 132 n’isengesho