29 Nzero–4 Ruhuhuma
MATAYO 10-11
Ururirimbo rwa 4 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yezu yararuhurira abandi”: (Imin. 10)
Mt 10:29, 30—Kuba Yezu yaradukuye amazinda ko Yehova yitwararika cane umwe wese muri twebwe biraruhura (“utujuri,” “igiceri c’agaciro gatoya,” “n’imishatsi yo ku mutwe wanyu iraharuye yose” amakuru adufasha kwiga Mt 10:29, 30; “Akajuri” ishusho ijanye na Mt 10:29, 30, nwtsty)
Mt 11:28—Gukorera Yehova biraruhura (“abaremerewe,” “ndabaruhurira” amakuru adufasha kwiga Mt 11:28, nwtsty)
Mt 11:29, 30—Kuyobokera ubukuru n’ubuyobozi bwa Kristu biraruhura (“Mwishireko ingǒgo yanje” amakuru adufasha kwiga Mt 11:29, nwtsty)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Mt 11:2, 3—Kubera iki Yohani Umubatizi yabajije ico kibazo? (jy 96 ing. 2-3)
Mt 11:16-19—Dukwiye gutahura gute ibivugwa muri iyo mirongo? (jy 98 ing. 1-2)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 11:1-19
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Raba Ingene twotanguza ibiyago.
Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha n’ikibazo gicira inzira ikiyago kizokurikira.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 45-46 ing. 15-16—Mutumire kw’ikoraniro.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Kuruhurira “abacumukura n’abaremerewe”: (Imin. 15) Nimurabe ako kavidewo. Nuce ubaza ibi bibazo:
Ni ibiki biheruka kuba vyatumye bamwebamwe bakenera kuruhurirwa?
Yehova na Yezu baruhuriye gute abantu biciye kw’ishirahamwe?
Ivyanditswe biruhurira abantu gute?
Umwe wese muri twebwe yoruhurira abandi gute?
•Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 6, n’uruzitiro ‘Imisi yo kubatyorora ikwira’
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 138 n’isengesho