Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

8-​14 Nzero

MATAYO 4-5

8-​14 Nzero

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ivyigwa dukura muri ya Nsiguro ya Yezu yo ku Musozi”: (Imin. 10)

    • Mt 5:3​—Agahimbare kava ku kumenya ko dukeneye ivy’impwemu (“Hahiriwe,” “abazi ko bakeneye ivy’impwemu” amakuru adufasha kwiga Mt 5:3, nwtsty)

    • Mt 5:7​—Agahimbare kava ku kugira imbabazi n’impuhwe (“abanyembabazi” amakuru adufasha kwiga Mt 5:7, nwtsty)

    • Mt 5:9​—Agahimbare kava ku kuba indemeshamahoro (“indemeshamahoro” amakuru adufasha kwiga Mt 5:9, nwtsty; w07 1/12 17)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 4:9​—Shetani yasavye Yezu ngo akore iki? (“niwapfa [kwikubita hasi] ukansenga” amakuru adufasha kwiga Mt 4:9, nwtsty)

    • Mt 4:23​—Ibikorwa bibiri bihambaye Yezu yakoze ni ibihe? (“yigisha . . . yamamaza” amakuru adufasha kwiga Mt 4:23, nwtsty)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 5:31-48

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Raba Ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w16.03 31-32​—Umutwe: Igihe Shetani yariko aragerageza Yezu, yoba yaramutwaye koko ku rusengero canke yarumweretse mu bwenge?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU