AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Nzero–Ruhuhuma 2021
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Nugume udahumanye mu nyifato runtu
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Bavyeyi, nimwigishe abana banyu ivyo bakwiye kumenya
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova araha intoranwa abasavyi biwe
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nuzigame umubano wanyu
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ingene twungukira ku misi mikuru y’ibiringo
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Amahwaniro ya buri mwaka ni akaryo ko kugaragaza urukundo
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Umwaka wa Yubile uratwibutsa umwidegemvyo wo muri kazoza
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Umwidegemvyo wo muri kazoza tuwukesha Imana na Kristu
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ingene woronka umuhezagiro wa Yehova
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nuhitemwo gukorera Yehova
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova aratunganya neza abasavyi biwe
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Twaratunganijwe kugira tubwire bose inkuru nziza
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Igikorwa c’Abalewi
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Wokwigana gute Abanaziri?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Woba uzokora ubutsimvyi bwo gufasha muri Ntwarante canke Ndamukiza?
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO