1-7 Ruhuhuma
ABALEWI 26-27
Ururirimbo rwa 89 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ingene woronka umuhezagiro wa Yehova”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Lw 26:16—Ni mu buryo ubuhe Yehova yahanishije Abisirayeli indwara? (it-2 564)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Lw 26:18-33 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Numusigire agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 11)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Numuhe kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha. (th icigwa ca 6)
Insiguro: (Imin. 5) w09 1/8 30—Umutwe: Nkwiye guterera ayangana gute? (th icigwa ca 16)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nuhitemwo gukorera Yehova”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Inzira ishikana kw’ibatisimu.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 4 ing. 12-17; soma utujambo two ku mpera 13-15
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 123 n’isengesho