Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ingene woronka umuhezagiro wa Yehova

Ingene woronka umuhezagiro wa Yehova

Niwirinde Imana ata co zimaze (Lw 26:1; w08 15/4 4 ing. 8)

Nusenge Yehova nk’uko abidusaba (Lw 26:2; it-2 753 ing. 2)

Nugamburuke amabwirizwa yiwe (Lw 26:3, 12; w91 1/3 17 ing. 10)

Abisirayeli bihatiye kugamburuka amategeko ya Yehova badahemuka baragiraniye amahoro na we barironkera n’iyindi mihezagiro myinshi.

Mu bintu bikurikira, ni ibihe uriko urungukirako kubera umuhezagiro wa Yehova?

  • Ubumenyi butagira amakosa bwo muri Bibiliya

  • Amahoro yo mu mutima

  • Ubuzima bwo mu rugo buhimbaye

  • Icizigiro ca kazoza