11-17 Nzero
ABALEWI 20-21
Ururirimbo rwa 80 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova araha intoranwa abasavyi biwe”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Lw 21:5—Kubera iki Itegeko ry’Imana ryabuza kwikomeretsa ku mubiri? (it-1 1180)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Lw 20:1-13 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Isengesho—1Yh 5:14. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Usubiyeyo: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na usubiyeyo. (th icigwa ca 6)
Usubiyeyo: (Imin. 5) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nushikirize agatabu Inkuru nziza, uce utanguza inyigisho mu cigwa ca 12. (th icigwa ca 19)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nuzigame umubano wanyu”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Dutegerezwa ‘kwiruka twihanganye’—Nukurikize amategeko y’isiganwa.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 3 ing. 19-21; soma akajambo ko ku mpera ka 8, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 41-44
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 34 n’isengesho