15-21 Ruhuhuma
GUHARŪRA 3-4
Ururirimbo rwa 99 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Igikorwa c’Abalewi”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gh 4:15—Gutinya Imana birimwo n’iki? (w06 1/8 23 ing. 13)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 4:34-49 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago bikunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 2)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha. (th icigwa ca 15)
Inyigisho: (Imin. 5) fg icigwa ca 12 ing. 8 (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Raporo y’umwaka w’umurimo: (Imin. 15) Insiguro itangwa n’umukurambere. Mumaze gusoma ikete rivuye ku biro vy’ishami rijanye na raporo y’umwaka w’umurimo, nubaze ibibazo abamamaji wacaguye imbere y’igihe bafise ibintu biremesha biboneye mu ndimiro mu mwaka uheze.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 5 ing. 1-6; soma akajambo ko ku mpera ka 16
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 22 n’isengesho