18-24 Nzero
ABALEWI 22-23
Ururirimbo rwa 86 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ingene twungukira ku misi mikuru y’ibiringo”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Lw 22:21, 22—Kubera iki Yehova yipfuza ko ukudahemuka n’ugutungana kwacu biba ivyuzuye? (w19.02 3 ing. 3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Lw 23:9-25 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umuha ikinyamakuru cishura ikibazo yabajije. (th icigwa ca 13)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha. (th icigwa ca 9)
Insiguro: (Imin. 5) w07 15/7 26—Umutwe: Ni bande bimbura imishuzo ya sayiri yazanwa ku rusengero? (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Amahwaniro ya buri mwaka ni akaryo ko kugaragaza urukundo”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Amahwaniro mpuzamakungu yataziriwe ngo “Urukundo ntirwigera runanirwa”!
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 4 ing. 1-5; soma utujambo two ku mpera 9, 10
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 120 n’isengesho