22-28 Ruhuhuma
GUHARŪRA 5-6
Ururirimbo rwa 81 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Wokwigana gute Abanaziri?” (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gh 6:6, 7—Vyoshobotse gute ko Samusoni akora ku mivyimba y’abo yari yagandaguye ariko akaguma ari Umunaziri? (w05 15/1 30 ing. 2)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 5:1-18 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ivyabona vya Yehova—Turi bande?, muce muyiganirako. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha. (th icigwa ca 3)
Insiguro: (Imin. 5) w06 15/1 32—Umutwe: Ikintu c’agatangaza cubuwe cerekana ko Bibiliya ivuga ukuri. (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Woba uzokora ubutsimvyi bwo gufasha muri Ntwarante canke Ndamukiza?”: (Imin. 5) Guhana ijambo.
Isekeza ry’Icibutso rizotangura ku wa gatandatu, itariki 27 Ruhuhuma: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimuhe ikopi y’ubutumire abumviriza bose, muce mubuganirako. Vuga ivyo mwatunganije aho iwanyu kugira muzoheture icibare. Nimurabe ividewo y’ingene twobushikiriza. Nuce ubaza uti: Ividewo ivuga ngo Niwibuke urupfu rwa Yezu dukwiye kuyerekana ryari? Uwo tuyaga ashobora kwerekana ko ashimishwa mu buryo bumwebumwe ubuhe?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 5 ing. 7-15; soma utujambo two ku mpera 17, 18
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 29 n’isengesho