Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Wokwigana gute Abanaziri?

Wokwigana gute Abanaziri?

Abanaziri bari bafise ivyo biyima (Gh 6:2-4; it-2 381-382)

Abanaziri bayobokera Yehova (Gh 6:5)

Abanaziri baguma badahumanye imbere ya Yehova (Gh 6:6, 7)

Muri iki gihe, abasuku b’igihe cose baragaragaza agatima ko kwitanga no kuyobokera Yehova be n’intunganyo ziwe.