25-31 Nzero
ABALEWI 24-25
Ururirimbo rwa 144 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Umwaka wa Yubile uratwibutsa umwidegemvyo wo muri kazoza”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Lw 24:20—Ijambo ry’Imana ryoba ritwigisha kwihora? (w09 1/9 22 ing. 3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Lw 24:1-23 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 16)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Numuhe ubutumire bw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 11)
Inyigisho: (Imin. 5) fg icigwa 12 ing. 6-7 (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
“Umwidegemvyo wo muri kazoza tuwukesha Imana na Kristu”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Uko ikirura c’umuyaga cegereza, nugume uhanze amaso Yezu!—Imihezagiro y’Ubwami izoba muri kazoza.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 4 ing. 6-11; soma uruzitiro rup. 49; soma utujambo two ku mpera 11, 12
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 103 n’isengesho