4-10 Nzero
ABALEWI 18-19
Ururirimbo rwa 122 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nugume udahumanye mu nyifato runtu”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Lw 19:9, 10—Ni gute Itegeko ry’Imana ryagaragaza ko yitwararika aboro? (w06 15/6 22 ing. 11)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Lw 18:1-15 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Mugihura: Isengesho—Zb 65:2. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 3)
Insiguro: (Imin. 5) w02 1/2 32—Umutwe: Ni ku rugero rungana iki Abakirisu muri iki gihe bokurikiza ya mabwirizwa yari mu Vyagezwe vya Musa yabuza umuntu kwubakana n’incuti yiwe? (th icigwa ca 7)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nube umugenzi wa Yehova: Nimukingire abana banyu: (Imin. 5) Insiguro itangwa n’umukurambere. Erekana iyo videwo. Uce ushimika ku vyigwa tuhakura.—Img 22:3.
“Bavyeyi, nimwigishe abana banyu ivyo bakwiye kumenya”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Niwubake inzu idashoka isenyuka—Nukingire abana bawe ntibagwe mu “kibi.”
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 3 ing. 8-18
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 90 n’isengesho