10-16 Nzero
ABACAMANZA 17-19
Ururirimbo rwa 88 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Kurenga kw’itegeko ry’Imana birakwega ingorane”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Abc 19:18—Kubera iki izina Yehova ryashizwe muri uwo murongo muri Bibiliya y’isi nshasha yasubiwemwo mu 2013? (w15 15/12 10 ing. 6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Abc 17:1-13 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Imana iratwitwararika—Yr 29:11. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Usubiyeyo: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na usubiyeyo. (th icigwa ca 6)
Usubiyeyo: (Imin. 5) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, maze utanguze inyigisho ya Bibiliya ku cigwa ca 01. (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nube umugenzi wa Yehova: Nugamburukire abavyeyi bawe: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nimba bishoboka, nuce ubaza abana batoyi wacaguye uti: Kalebu yagambarariye nyina wiwe gute? Se wiwe yamufashije gute kwikosora? Kubera iki ukwiye kugamburukira abavyeyi?
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) hf igihimba ca 3
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 150 n’isengesho