14-20 Ruhuhuma
1 SAMWELI 3-5
Ururirimbo rwa 1 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova aritwararikana”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Sm 3:3—Twemezwa n’iki ko Samweli atarara Aheranda Rwose? (w05 15/3 21 ing. 6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Sm 3:1-18 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Numusabe mutangure kwiga Bibiliya mukoresheje agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 11)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, maze utanguze inyigisho ku cigwa ca 01. (th icigwa ca 15)
Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 03, iciyumviro ca 6 (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ivyigwa twigira kuri Samweli”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nubigireko: Samweli.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) hf igihimba ca 8
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 99 n’isengesho