24-30 Nzero
RUSI 1-2
Ururirimbo rwa 108 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nugaragaze urukundo rudahemuka”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Rs 1:20, 21—Kubera iki Nawomi yavuze ko Yehova yatumye ibintu bimubera umururazi? (w05 1/3 27 ing. 1)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Rs 1:1-17 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 12)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (th icigwa ca 9)
Insiguro: (Imin. 5) ia 43-44 ing. 5-9—Umutwe: Umuryango uba ugizwe na bande? (th icigwa ca 20)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nuhere amazinda ko Yehova agukunda urukundo rudahemuka”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Raporo ya Komite y’abahuzabikorwa yo mu 2019.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) hf igihimba ca 5
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 97 n’isengesho