Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

3-9 Nzero

ABACAMANZA 15-16

3-9 Nzero

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ubuhemu ni bubi cane!”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Abc 16:1-3​—Dukwiye gutahura gute ibivugwa muri iyo mirongo? (w05 15/3 27 ing. 6)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Abc 16:18-31 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 131

  • Bibiliya yararokoye umubano wacu: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni ingingo ngenderwako izihe zo muri Bibiliya zafashije iyo miryango ibiri kurokora imibano yabo? Gusubira kugira utumenyero twiza two mu vy’impwemu vyabafashije gute? Kubera iki abubakanye batotana n’akabando mu gutorera umuti ingorane zo mu rugo? Abubakanye boronderera hehe imfashanyo?​—Yak 5:14, 15.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) hf igihimba ca 2

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 149 n’isengesho