31 Nzero–6 Ruhuhuma
RUSI 3-4
Ururirimbo rwa 39 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Niwiheshe izina ryiza kandi urigumane”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Rs 4:6—Ni mu buhe buryo umucunguzi yashobora ‘kwonona’ intoranwa yiwe igihe yemeye kuba umucunguzi? (w05 1/3 29 ing. 3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Rs 4:7-22 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
“Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku—Nufashe abatohoji ba Bibiliya kwitaba amakoraniro”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nufashe abo wigisha Bibiliya kwitaba amakoraniro.
Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 03, iciyumviro ca 4 (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) hf igihimba ca 6
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 144 n’isengesho