7-13 Ruhuhuma
1 SAMWELI 1-2
Ururirimbo rwa 44 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nusukire Yehova ibiri mu mutima wawe mw’isengesho”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Sm 2:10—Kubera iki Hana yasavye Yehova ngo “ahe inkomezi umwami wiwe” kandi ata mwami w’umuntu yaganza Isirayeli? (w05 15/3 21 ing. 5)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Sm 1:1-18 (th icigwa ca 12)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, muce muganira muri make ibiri ahavuga ngo “Ingene wokwungukira cane kuri ibi vyigwa vya Bibiliya.” (th icigwa ca 20)
Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 03, iciyumviro ca 5 (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Yemwe bakiri bato, nimwugurukire abavyeyi banyu”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Ubuyabaga bwanje—Noyaga gute n’abavyeyi banje?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) hf igihimba ca 7
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 113 n’isengesho