13-19 Ruhuhuma
1 NGOMA 13-16
Ururirimbo rwa 123 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Dukurikije ubuyobozi turaroranirwa”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Ng 16:31—Kubera iki Abalewi baririmvye ngo: “Yehova ubwiwe acitse umwami!”? (w14 15/1 10 ing. 14)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Ng 13:1-14 (th icigwa ca 11)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 18)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu Bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 7)
Insiguro: (Imin. 5) w16.01 13-14 ing. 7-10—Umutwe: ‘Urukundo Kristu afise ruratugobera.’—2Kr 5:14. (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nube umugenzi wa Yehova: Ntusamare mu makoraniro: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nimba bishoboka, nuce ubaza abana wacaguye uti: Kubera iki dukwiye kwumviriza ku makoraniro? Ni igiki cogufasha kwumviriza?
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 37, iciyumviro ca 6, na Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 21 n’isengesho