Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Dukurikije ubuyobozi turaroranirwa

Dukurikije ubuyobozi turaroranirwa

Dawidi yipfuza kugarukana isandugu y’isezerano i Yeruzalemu (1Ng 13:3)

Igihe yareka iyo sandugu ikazanwa mu buryo butabereye, ntiyaroraniwe (1Ng 15:13; w03 1/5 10-11)

Dawidi yararoraniwe igihe yarondera ubuyobozi buva kuri Yehova (1Ng 15:2; 16:11; w03 1/5 11 ing. 13)

Yehova arabishima igihe tumukoreye tubitumwe n’imvo nziza. Ariko kugira yemere ivyo dukora, dutegerezwa gukurikiza ubuyobozi.​—Gus 30:16.