16-22 Nzero
1 NGOMA 1-3
Ururirimbo rwa 96 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ibivugwa muri Bibiliya vyarabaye, si ibitito”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Ng 3:1-3—Kubera iki rimwe na rimwe mu rutonde rw’amamuko havugwamwo abagore? (it-1 977 ing. 2-3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Ng 1:43-54 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Nuce umuha ikinyamakuru cishura ikibazo yabajije. (th icigwa ca 4)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu Bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 1)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa 08, iciyumviro ca 7 n’agace kavuga ngo “Hari abavuga bati” (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nurushirize kwizera Ijambo ry’Imana”: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 34
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 89 n’isengesho