2-8 Nzero
2 ABAMI 22-23
Ururirimbo rwa 28 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Kubera iki twokwicisha bugufi?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Bm 23:24, 25—Akarorero ka Yosiya koremesha gute abakuriye mu ngorane? (w01 15/4 26 ing. 3-4)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 23:16-25 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Isengesho—Zb 65:2. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 3) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. (th icigwa ca 1)
Mugihura: (Imin. 5) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura, uce utanguza inyigisho mu cigwa ca 01 c’agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 16)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Woba uri umunyabwibone canke umuntu yicisha bugufi? (Yak 4:6): (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni itandukaniro irihe riri hagati y’ukwicisha bugufi n’ubwibone? Twokwigira iki ku karorero ka Musa? Kubera iki wiyemeje kuguma wicisha bugufi?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 33
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 23 n’isengesho