UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Kubera iki twokwicisha bugufi?
Yosiya yaripfuza guhimbara Yehova (2Bm 22:1-5)
Yaremeye yicishije bugufi amakosa y’ihanga ryose (2Bm 22:13; w00 15/9 29-30)
Kubera ko Yosiya yicisha bugufi, Yehova yaramuhezagiye (2Bm 22:18-20; w00 15/9 30 ing. 2)
Turashimwa na Yehova igihe tumwihekako twicishije bugufi ngo atuyobore n’igihe twemera amakosa yacu kandi tugahindura ingendo.—Yak 4:6.