20-26 Ruhuhuma
1 NGOMA 17-19
Ururirimbo rwa 110 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nugumane umunezero naho hoba hari ivyo udashoboye gushikako”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Ng 17:16-18—Cokimwe na Dawidi, ni igiki twokwemera tudakeka? (w20.02 12, uruzitiro)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Ng 18:1-17 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ivyabona vya Yehova ni bande?, hanyuma muyiganireko. (th icigwa ca 17)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu Bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 3)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 09, iciyumviro ca 4 (th icigwa ca 9)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Raporo y’umwaka w’umurimo: (Imin. 15) Guhana ijambo. Mumaze gusoma ikete rivuye ku biro vy’ishami rijanye na raporo y’umwaka w’umurimo, nusabe abumviriza bavuge ibindi bintu bishimishije biri muri Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimwo wa 2022. Nubaze ibibazo abamamaji wacaguye imbere y’igihe bafise ibintu biremesha biboneye mu ndimiro mu mwaka uheze.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 38, iciyumviro ca 1-4
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 141 n’isengesho