UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Nugumane umunezero naho hoba hari ivyo udashoboye gushikako
Dawidi yaripfuza rwose kwubakira Yehova urusengero rwiza cane (1Ng 17:1, 2; w06 15/7 19 ing. 1)
Yehova yabwiye Dawidi ko atari we yomwubakiye urusengero (1Ng 17:4)
Dawidi yagumye yituniye ku gikorwa Yehova yari yamushinze (1Ng 17:7; 18:14)
Nimba hari igikorwa udashoboye gukora kubera ubusaza, amagara make canke izindi ngorane, nugume wituniye ku vyo ushoboye gukora.—Ivk 18:5; w21.08 23 ing. 11.