27 Ruhuhuma–5 Ntwarante
1 NGOMA 20-22
Ururirimbo rwa 133 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nufashe abakiri bato kuroranirwa”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Ng 21:15—Uyu murongo utwigisha iki ku vyerekeye Yehova? (w05 1/10 11 ing. 6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Ng 20:1-8 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Numuhe ubutumire bw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga, hanyuma muyiganireko. (th icigwa ca 19)
Insiguro: (Imin. 5) w16.03 10-11 ing. 10-15—Umutwe: Yemwe bakiri bato, nimutere imbere gushika ku kubatizwa. (th icigwa ca 16)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nukoreshe ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya kugira ufashe abana bawe kuroranirwa”: (Imin. 10) Guhana ijambo be n’ividewo.
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 38, iciyumviro ca 5, na Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 5 n’isengesho