30 Nzero–5 Ruhuhuma
1 NGOMA 7-9
Ururirimbo rwa 84 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Urashobora kurangura ibikorwa bigoye ubifashijwe na Yehova”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Ng 9:33—Uyu murongo udufasha gute gutahura akamaro k’umuziki mu gusenga kw’ukuri? (w10 15/12 21 ing. 6)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Ng 7:1-13 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Numusigire agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 16)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu Bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 20)
Insiguro: (Imin. 5) w21.06 2-4 ing. 3-8—Umutwe: Nufashe uwo wigisha Bibiliya gushira mu ngiro ivyo yiga. (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Yehova aradufasha iyo turi mu ngorane”: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 36
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 31 n’isengesho