6-12 Ruhuhuma
1 NGOMA 10-12
Ururirimbo rwa 94 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nukomeze icipfuzo ufise co gukora ivyo Imana igomba”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Ng 12:33—Ni gute abo bagabo 50.000 bo muri Zebuloni babaye akarorero keza? (it-1 492 ing. 2-3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Ng 11:26-47 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Numusabe mutangure kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 12)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya, hanyuma muyiganireko. (th icigwa ca 6)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 09, intangamarara n’iciyumviro ca 1-3 (th icigwa ca 18)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Nurondere kumenya uko Imana ibona ibintu”: (Imin. 10) Guhana ijambo be n’ividewo.
“Niwishingire imigambi yo mu kiringo c’Icibutso”: (Imin. 5) Guhana ijambo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 37, iciyumviro ca 1-5
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 91 n’isengesho