Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

1-7 Nzero

YOBU 32-33

1-7 Nzero

Ururirimbo rwa 102 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Elihu ariko aratega yompi Yobu abigiranye impuhwe

1. Nuhumurize abafise amaganya

(Imin. 10)

Nufate abandi nk’abagenzi (Yb 33:1; it-1 724)

Nubumvire impuhwe, ntubacire urubanza (Yb 33:​6, 7; w14 15/6 25 ing. 8-10)

Imbere yo kuvuga, niwumvirize wongere uzirikane nk’uko Elihu yabigize (Yb 33:​8-12, 17; w20.03 23 ing. 17-18; raba ishusho iri ku gipfukisho)

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Yb 33:25—Uwo murongo udufasha gute kutarazwa ishinga cane n’ukuntu tuboneka igihe turiko turasaza? (w13 15/1 19 ing. 10)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Kwitwararika abandi—Ivyo Yezu yakoze

(Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO, muce muganira kuri lmd icigwa ca 1 iciyumviro ca 1-2.

5. Kwitwararika abandi—Niwigane Yezu

(Imin. 8) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye kuri lmd icigwa ca 1 iciyumviro ca 3-5 na «Nurabe kandi.»

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 116

6. Ibikenewe iwanyu

(Imin. 15)

7. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 54 n’isengesho