Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

12-18 Ruhuhuma

ZABURI 5-7

12-18 Ruhuhuma

Ururirimbo rwa 118 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. Nugume uri intahemuka utaravye ivyo abandi bakora

(Imin. 10)

Rimwe na rimwe Dawidi yaratakaza umunezero kubera ivyo abandi bakora (Zb 6:​6, 7)

Yarituye Yehova ngo amufashe (Zb 6:​2, 9; w21.03 15 ing. 7-8)

Kuba Dawidi yarizigira cane Yehova vyaramufashije kuguma ari intahemuka (Zb 6:10)

NIWIBAZE UTI: “Noba ndiko ndakomeza ukwizera kwanje ku buryo kuzomfasha kuguma ndi intahemuka kuri Yehova naho abandi bokora iki?”—w20.07 8-9 ing. 3-4.

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 5:9—Ni mu buryo ki imihogo y’ababisha ari imva zirangaye? (it-1 776)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Gutanguza ikiyago

(Imin. 3) INZU KU NZU. (lmd icigwa ca 1 iciyumviro ca 3)

5. Gutanguza ikiyago

(Imin. 2) AKARYO KIZANYE. Utiriwe urakoresha icanditswe, nurondere uburyo busanzwe bwo kumenyesha uwo muntu ko uri Icabona ca Yehova. (lmd icigwa ca 2 iciyumviro ca 4)

6. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 2) INZU KU NZU. Umunyamuhana ashaka kuguhaririza. (lmd icigwa ca 4 iciyumviro ca 5)

7. Gusigura ivyo wemera

(Imin. 4) Umwerekano. ijwfq 64—Umutwe: Kubera iki Ivyabona vya Yehova bahitamwo kutagira uruhara mu misi mikuru y’igihugu? (lmd icigwa ca 3 iciyumviro ca 4)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 99

8. Raporo y’umwaka w’umurimo

(Imin. 15) Guhana ijambo. Mumaze gusoma ikete rivuye ku biro vy’ishami rijanye na raporo y’umwaka w’umurimo, nusabe abumviriza bavuge ibindi bintu bishimishije biri muri Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2023. Nubaze ibibazo abamamaji wacaguye imbere y’igihe bafise ibintu biremesha biboneye mu ndimiro mu mwaka uheze.

9. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 83 n’isengesho