Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

5-11 Ruhuhuma

ZABURI 1-4

5-11 Ruhuhuma

Ururirimbo rwa 150 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. Nuje ku ruhande rw’Ubwami bw’Imana

(Imin. 10)

[Nimurabe IVIDEWO Incamake y’igitabu ca Zaburi.]

Intwaro z’abantu zarigize abansi b’Ubwami bw’Imana (Zb 2:2; w21.09 15 ing. 8)

Yehova ariko araha abantu bose akaryo ko kuja ku ruhande rw’Ubwami bwiwe (Zb 2:​10-12)

NIWIBAZE UTI: “Noba niyemeje kuguma ata ho mpengamiye mu mice yose ya politike yo muri ino si naho vyotuma nshikirwa n’ingorane?”—w16.04 29 ing. 11.

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 1:4—Ni mu buryo ki abanyakibi bameze «nk’umuguruka utwawe n’umuyaga»? (it-1 261)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Kuyaga mu buryo busanzwe—Ivyo Filipo yakoze

(Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO, muce muganira kuri lmd icigwa ca 2 iciyumviro ca 1-2.

5. Kuyaga mu buryo busanzwe—Niwigane Filipo

(Imin. 8) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye kuri lmd icigwa ca 2 iciyumviro ca 3-5 na «Nurabe kandi.»

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 32

6. Ibikenewe iwanyu

(Imin. 15)

7. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 61 n’isengesho