Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

13-19 Nzero

ZABURI 135-137

13-19 Nzero

Ururirimbo rwa 2 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. «Umukama wacu arahambaye kuruta izindi mana zose»

(Imin. 10)

Yehova yarerekanye ko afise ububasha ku vyaremwe vyose (Zb 135:​5, 6; it-1 914 ing. 4-5)

Araburanira abantu biwe (Kv 14:​29-31; Zb 135:14)

Aradufasha igihe twacitse intege (Zb 136:23; w21.11 6 ing. 16)

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 135:​1, 5, akajambo k’epfo—Kubera iki akajambo «Ya» gakunda gukoreshwa muri Bibiliya? (it-2 1175)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Gutanguza ikiyago

(Imin. 3) AKARYO KIZANYE. Nimuhane inomero za telefone n’umuntu yashimishijwe. (lmd icigwa ca 2 iciyumviro ca 4)

5. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 4) INZU KU NZU. Mutumire kw’ikoraniro. (lmd icigwa ca 9 iciyumviro ca 4)

6. Gusigura ivyo wemera

(Imin. 5) Umwerekano. ijwfq ikiganiro 7—Umutwe: Ivyabona vya Yehova boba ari abakirisu? (th icigwa ca 12)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 10

7. Ibikenewe iwanyu

(Imin. 15)

8. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 90 n’isengesho