Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

3-9 Ruhuhuma

ZABURI 144-146

3-9 Ruhuhuma

Ururirimbo rwa 145 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. «Hahiriwe abantu Imana yabo ari Yehova!»

(Imin. 10)

Yehova arahezagira abamwizigira (Zb 144:​11-15; w18.04 32 ing. 3-4)

Turahimbarwa kubera icizigiro dufise (Zb 146:5; w22.10 28 ing. 16-17)

Abo Imana yabo ari Yehova bazohimbarwa ibihe bidahera (Zb 146:10; w18.01 26 ing. 19-20)

Igihe dukorera Yehova tudahemuka, turahimbarwa naho twoba turi mu ngorane

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 145:​15, 16—Iyo mirongo ikwiye gutuma dufata gute ibikoko? (it-1 125 ing. 1)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Gutanguza ikiyago

(Imin. 4) INZU KU NZU. Uwo muntu akubwiye ko yiga muri kaminuza. (lmd icigwa ca 1 iciyumviro ca 5)

5. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 4) AKARYO KIZANYE. Nimumere nk’aho muravye ividewo yo mu Bikoresho bidufasha kwiga muce muyiganirako. (lmd icigwa ca 7 iciyumviro ca 4)

6. Insiguro

(Imin. 4) lmd inyongera ya A iciyumviro ca 7—Umutwe: Umugore akwiye kwubaha cane umugabo wiwe. (th icigwa ca 1)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 59

7. Yehova yipfuza ko uhimbarwa

(Imin. 10) Guhana ijambo.

Yehova ni Imana ihimbawe. (1Tm 1:11) Yaraduhaye ingabire nyinshi, ivyo bikaba bitwereka ko adukunda kandi ko yipfuza ko duhimbarwa. (Ums 3:​12, 13) Raba zibiri muri izo ngabire: Ibifungurwa n’amajwi.

Nimurabe IVIDEWO Ivyaremwe birerekana ko Yehova ashaka ko tunezerwa—Ibifungurwa biryoshe n’amajwi aryoheye ugutwi. Nuce ubaza uti:

  • Ingabire y’ibifungurwa n’amajwi bikwereka gute ko Yehova yipfuza ko uhimbarwa?

Soma Zaburi 32:8. Nuce ubaza uti:

  • Kumenya ko Yehova yipfuza ko uhimbarwa bigufasha gute gukurikiza ubuyobozi atanga biciye kuri Bibiliya n’ishirahamwe ryiwe?

8. Ibikenewe iwanyu

(Imin. 5)

9. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 85 n’isengesho