AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Ruheshi 2016
Ingene twotanguza ibiyago
Ingene twotanguza ibiyago dukoresheje Be maso! n’udupapuro tw’inkuru nziza. Ufatiye kuri ubwo burorero niwitegurire uburyo bwawe.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Niwizigire Yehova, ukore iciza
Nukurikize impanuro nziza zo muri Zaburi 37.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro —Koresha amavidewo mu kwigisha
Kubera iki twokoresha ayo mavidewo mu ndimiro? Yodufasha gute kuba kirumara mu kwigisha?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova arashigikira abarwaye
Ivyo Dawidi yavuze muri Zaburi 41 ahumekewe n’Imana birashobora kuremesha abasavyi bayo b’intahemuka igihe barwaye canke bashikiwe n’ivyago.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Yehova ntiyirengagiza umutima umenaguritse
Muri Zaburi 51, Dawidi aradondora ukuntu icaha gikomeye yakoze camutuntuje. Ni igiki camufashije gusubira gushimwa n’Imana?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ubwami buramaze imyaka 100 buganza
Nimukoreshe ibibazo vyatanzwe kugira muganire ku vyo Ubwami bw’Imana bwaranguye kuva mu 1914.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Terera umuzigo wawe kuri Yehova”
Impanuro iva ku Mana Dawidi atanga muri Zaburi 55:
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Imana ni yo mufasha wanje”
Dawidi yarashemeje Yehova kubera ijambo ryiwe. Ni imirongo iyihe yo muri Bibiliya yagufashije igihe wari mu ngorane?