13- 19 Ruheshi
ZABURI 38-44
Ururirimbo rwa 4 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova arashigikira abarwaye”: (Imin. 10)
Zb 41:1, 2
—Hahiriwe abitwararika abantu batoyi (w15 15/12 24 ing. 7; w91 1/10 7 ing. 6) Zb 41:3
—Yehova aritwararika abantu b’abagororotsi igihe barwaye (w08 15/9 5 ing. 12-13) Zb 41:12
—Icizigiro ca kazoza kirashobora gufasha uwurwaye kwihangana (w15 15/12 27 ing. 18-19; w08 15/12 6 ing. 15)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Zb 39:1, 2
—Tworinda gute iminwa yacu? (w09 15/5 4 ing. 5; w06 15/5 20 ing. 12) Zb 41:9
—Yezu yirabishijeko gute ivyashikiye Dawidi? (w11 15/8 13 ing. 5; w08 15/9 5 ing. 11) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 42:6–43:5
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g16.3 igipfukisho
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g16.3 igipfukisho
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa 2 ing. 4-5
—Mu gusozera inyigisho mubwire ivyerekeye akavidewo ko kuri jw.org kitwa Imana yoba ifise izina? umwereke n’aho yogasanga.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Gumiza amaso ku gashimwe!: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana akavidewo ko kuri jw.org Nube umugenzi wa Yehova
—Gumiza amaso ku gashimwe! (Ururirimbo rwa 24). (Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ABANA.) Ca muganira ku gakorwa bijanye kavuga ngo “Gereranya ubuzima bw’ubu n’ubwo muri kazoza” mukoresheje utu tubazo: Ni ibiki bizohinduka mw’Iparadizo? Ni imihezagiro iyihe ushashaye? Kwiyumvira icizigiro ufise vyogufasha gute kwihangana? —2Kr 4:18. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 17 ing. 14-22, n’isubiramwo ry’ikigabane
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 36 n’isengesho