Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

20-26 Ruheshi

ZABURI 45-51

20-26 Ruheshi

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova ntiyirengagiza umutima umenaguritse”: (Imin. 10)

    • Zb 51:1-4—Dawidi yaricujije cane igicumuro yari yakoze (w93 1/3 14-15 ing. 9-13)

    • Zb 51:7-9—Dawidi yari akeneye ko Yehova amuharira ngo abone gusubira kugira umunezero (w93 1/3 16-17 ing. 18-20)

    • Zb 51:10-17—Dawidi yari azi neza ko Yehova aharira umuntu yigaya vy’ukuri (w15 15/6 14 ing. 6; w93 1/3 17-20 ing. 4-16)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 45:4—Ukuri guhambaye gusumba ukundi kwose twoburanira ni ukuhe? (w14 15/2 5 ing. 11)

    • Zb 48:12, 13—Iyi mirongo itwereka ko dufise ibanga irihe? (w15 15/7 9 ing. 13)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 49:10–50:6

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU